Filipi 2:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Umwami Yesu niyabikunda, nzobarungikira Timoteyo, kugira ngo nanje nzoterwe intege igihe nzokwumva amakuru yanyu. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Ariko nizigijwe n’Umwami Yesu yuko nzobatumako Timoteyo vuba, kugira ngo nanje nze nshire umutima hamwe, ni namenya ivyanyu. Faic an caibideil |