Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Filipi 2:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 kugira ngo mw’izina rya Yesu, amavi yose aze apfukame, ari ay’ivyo mw’ijuru, ay’ivyo kw’isi n’ay’ivy’i kuzimu,

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 kugira ngw amavi yose az’ apfukame mw izina rya Yesu, ay’ ivyo mw ijuru n’ay’ ivyo kw isi n’ay’ ivy’ i kuzimu,

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Filipi 2:10
17 Iomraidhean Croise  

Kuko nk’uko Yona yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’ifi, ni ko n’Umwana w’Umuntu azomara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’isi.


hanyuma bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe. Bamufatisha mu kuboko kw’i buryo inkoni y’irenga. Maze, bamupfukama imbere bamushinyagurira bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!”


Maze Yesu arabegera, ababwira ati: “Nahawe ububasha bwose mw’ijuru no mw’isi.


Mbega inyishu y’Imana yabaye iyihe? Yamubwiye iti: “Naribikiye abantu ibihumbi indwi batigeze bapfukamira ikigirwamana Bayali ngo bagisenge.”


Uwo mugambi, Imana yashatse kuwushira mu ngiro igihe yashinze gishitse. Ni uwo kwegeraniriza hamwe ibiri mw’ijuru n’ibiri kw’isi vyose ikabishira musi y’inganji ya Kristo.


Ni kubera ivyo mpfukama imbere ya Data,


(Mbega “yaraduze” bivuga iki, ko no kumanuka yamanutse agashika i bwina ho mw’isi?


Kandi igihe Imana yazana Umwana wayo w’imfura mw’isi, yavuze iti: “Abamarayika bose b’Imana nibamusenge.”


Ikiyaga kigarukana abapfuye bari muri co, urupfu na kuzimu bigarukana abari muri vyo, umwe wese aciribwa urubanza ruhwanye n’ivyo yakoze.


ba bashingantahe mirongo ibiri na bane baca bikubita imbere y’uwicaye kuri ya ntebe, bagahimbaza uwuriho ibihe bidashira, bagashira hasi za ngori zabo imbere ya ya ntebe y’inganji, bavuga bati:


Ariko mu bo mw’ijuru canke mw’isi canke i kuzimu, ntihaboneka n’umwe ashoboye kuwugurura, canke ngo asome ibiri muri wo.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan