Filipi 1:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Ivyo bizotuma ninagaruka iwanyu, muzorushiriza kunezerwa muri Kristo Yesu kubera ibikorwa vyiza ariko arakorera muri mwebwe. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 ngo muze murushirize kunyirata muri Kristo Yesu nsubiye kugaruka i wanyu. Faic an caibideil |