Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Filemoni 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nimba hari ikibi yagukoreye canke hari ideni agufitiye, urimparureko.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Arikw asangwa har’ ico yaguhemukiyeko, canke har’ umwenda agufitiye, ubimparūreko.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Filemoni 1:18
4 Iomraidhean Croise  

None rero nimba unyemera nk’uwo musangiye igikorwa, umwakire nk’aho woba wakiriye jewe ubwanje.


Jewe Pawulo, ndabikwandikiye n’ukuboko kwanje: nzorikuriha. Sinorinda kukwibutsa ko nawe umfitiye ideni ry’ubuzima bwawe.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan