2 Petero 1:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 ku bumenyi mwongereko ukwirinda; ku kwirinda mwongereko ugushishikara; ku gushishikara mwongereko kwubaha Imana; Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 ubgenge mubgongereko kwirinda; ukwirinda mukwongereko kwihangana; ukwihangana mukwongereko kwubaha Imana; Faic an caibideil |