2 Petero 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Nzokwama ndabibutsa ivyo bintu, naho mubizi kandi mumaze gushinga imizi mu kuri mufise ubu. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ni co gituma imisi yose ntazotenzura kubibutsa ivyo, naho mubizi mukaba mushikamye mu kuri kuri muri mwebge. Faic an caibideil |