2 Petero 1:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 kandi muzohabwa ikaze ikomeye cane mu bwami budashira bw’Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Kuko ni vyaba birtyo, muzohabga rwose kwinjira mu bgami budashira bga Yesu Kristo, ni we Mwami n’Umukiza wacu. Faic an caibideil |