1 Petero 4:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Umuhero wa vyose uri hafi. Ku bw’ivyo, mukwiye kubaho mwirinda kandi mugavye kugira ngo mushobore gusenga. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Arik’ umuhero wa vyose uri hafi: nuko ntimuhugumbe, mwirinde, kugira ngo mubone uko mushishikara gusenga. Faic an caibideil |