1 Petero 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ni co gituma Ubutumwa Bwiza bwabwiwe mbere n’abari barapfuye kugira ngo n’aho bamaze gucirwa urubanza mu mubiri nk’uko biba ku bantu bose, baze babeho mu mpwemu nk’uko Imana iri. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kukw icatumye abapfuye na bo bābariwe ubutumwa bgiza kwar’ ukugira ngo bacirirwe imanza mu mubiri mu buryo bg’abantu, ariko babeho mu mpwemu mu buryo bg’Imana. Faic an caibideil |