1 Petero 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ariko mwambare ubwiza buva imbere muri mwebwe, budatituka ari bwo kugira umutima mwiza kandi utuje. Ubwo ni bwo bwiza bufise igiciro kinini imbere y’Imana. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 ariko kube ukw’ umuntu ahishijwe wo mu mutima, ugushaza kudashira, ni kwo mutima w’ubugwaneza utekereje, ni kwo kw’ igiciro kinini imbere y’Imana. Faic an caibideil |