Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




1 Petero 3:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Ntimwiteho cane ubwiza bw’inyuma ku mubiri buhagaze ku buryo kanaka bugezweho bwo gusokoza umushatsi, kwambara ibintu vyo kubashariza bikozwe mu nzahabu, canke impuzu z’igiciro kinini.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ugushaza kwanyu ntikube ukwo ku rukoba kwo gutsiba umushatsi, cank’ ukwo kwambara izahabu cank’ ukwo kwambara impuzu nziza;

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




1 Petero 3:3
22 Iomraidhean Croise  

Ntimukigane inyifato n’imigenzo y’isi ya kino gihe, ariko mureke Imana ibahindure rwose mu kubaha ukwiyumvira gushasha. Aho ni ho muzoshobora gutahura ivyo Imana ibagombako, kuko ni vyo vyiza, ni vyo biyihimbara kandi ni vyo bitunganye rwose.


babonye ubugwaneza no kububaha bigaragara mu buzima bwanyu.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan