1 Petero 1:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 ariko ijambo ry’Uhoraho ryo rihoraho ibihe vyose.” Kandi iryo jambo ni bwo Butumwa Bwiza mwabwiwe. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Arikw ijambo ry’Uhoraho ryamah’ ibihe bidashira. Kand’ iryo ni ryo jambo ry’ubutumwa bgiza mwabgiwe. Faic an caibideil |