Daniyeli 1:1 - Bibiliya Ijambo ry'imana D1 Mu mwaka wa gatatu Yoyakimu umwami w'u Buyuda ari ku ngoma, Nebukadinezari umwami wa Babiloniya yateye Yeruzalemu arayigota. Faic an caibideilBibiliya Yera1 Mu mwaka wa gatatu Yehoyakimu umwami w'Abayuda ari ku ngoma, Nebukadinezari umwami w'i Babuloni yateye i Yerusalemu arahagota. Faic an caibideilBibiliya Ijambo ry'imana1 Mu mwaka wa gatatu Yoyakimu umwami w'u Buyuda ari ku ngoma, Nebukadinezari umwami wa Babiloniya yateye Yeruzalemu arayigota. Faic an caibideil |