Luka 2:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 aja kwiyandikishanya na Mariya uwo yakoye, yar’ akuriwe. See the chapterBibiliya mu Kirundi coroshe5 Nuko aja kwisansumisha ajanye na Mariya, uwo yari akoye, kandi Mariya yari yibungenze. See the chapter |