Matayo 9:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Yesu avuye aho, abona umutozakori yitwa Matayo yicaye aho yatoreza ikori, amubwira ati: “Nkurikira.” Matayo aca ava hasi, aramukurikira. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Yesu ahavuye, abona umuntu yitwa Matayo, yicaye aho yatoreza ikibuguro. Aramubarira, ati Nkurikira. Ava hasi, aramukurikira. See the chapter |