Mariko 3:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nuko abwira abigishwa biwe ngo bamutegurire ubwato kugira ngo abantu ntibamusite, See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Abarira abigishwa biwe ngo bagumishe ubgato butoya hafi kubg’ ishengero, ngo ntirimubānde. See the chapter |