Luka 9:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Nuko baca bafata inzira, baca mu mihana itandukanye, bavuga Ubutumwa Bwiza, bakiza n’abarwaye aho baca hose. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Baragenda, bagendagenda mu mihana, bavuga ubutumwa bgiza, bakiriza abarwaye hose. See the chapter |