Luka 9:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Aca arungika abamwitangira imbere, baja mu mihana y’i Samariya kugira ngo bamutegurire aho azoshikira. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 atuma integuza imbere yiwe. Ziragenda, zija mu mihana y’Abasamariya kumuteguriza. See the chapter |