Luka 9:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Impwemu mbi imufashe, aca atangura gukoma induru, hanyuma ikamujegeza, agaca abimba ifuro mu kanwa. Iramubabaza cane kandi imurekura bigoranye. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 kandi har’ impwemu imufata, agatura akaborogo, ikamujegeza, akabimba ifuro, kand’ ihejeje kumukungagura ikagora cane kumuvamwo. See the chapter |