Online Bible

- Advertisements -




Luka 9:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Mose na Eliya bakiriko baratandukana na Yesu, Petero aramubarira ati: “Mwigisha, bitubereye vyiza kuba hano. Reka tuhashinge amahema atatu: iryawe, irya Mose, n’irya Eliya.” (Ariko Petero ntiyari azi ivyo ariko aravuga.)

See the chapter Copy

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Bagira batandukane na we, Petero abgira Yesu, ati Mwigisha, bitubereye vyiza ko turi hano; nuko duce insago zitatu, rumwe rwawe, urundi rwa Mose, urundi rwa Eliya. Ntiyar’ azi ico avuga.

See the chapter Copy




Luka 9:33

Follow us:

Advertisements


Advertisements