Luka 9:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 (Ico gihe hari nk’abagabo ibihumbi bitanu.) Ariko Yesu abarira abigishwa biwe ati: “Nimubicarike mu migwi ya batanu batanu.” See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kuko bār’ abagabo nk’ibihumbi bitanu. Abarira abigishwa biwe, ati Ni mubicarike bīcīye intēko z’abantu nka mirongwitanu‐mirongwitanu. See the chapter |