Luka 9:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Intumwa zigarutse ziganira Yesu ivyo zakoze. Yesu aca ajana na zo baja ahiherereye, aharabana n’igisagara citwa Betesayida, See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Za ntumwa zigarutse zidondera Yesu ivyo zākoze vyose. Arabajana, abīhererana mu gisagara citwa Betsayida. See the chapter |