Luka 8:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Nuko ba badayimoni bava muri wa muntu, binjira muri za ngurube, na zo ziriruka zimanuka, zisuka mu kiyaga zicwa n’amazi. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Abadayimoni basokoroka mur’ uno muntu, binjira muri nya ngurube, umukuku wirukira ku gatembge, zīsuka mu kiyaga, amazi araziniga. See the chapter |