Luka 8:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Nyina wa Yesu na bene nyina baje kumuraba babura aho baca ngo bamushikire kuko hari abantu benshi cane. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Maze nyina na bene nyina baza ah’ ari, ntibāshobora kumushikīra kubg’ ishengero. See the chapter |