Luka 8:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nuko rero mwiyubare ku vyo mwumva. Uwufise vyinshi azokwongererezwa, uwufise bike na we azokwakwa n’ivyo yibaza ko afise.” See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Mwiyubare uburyo mwumva: kuk’ ūfise azohabga, kand’ ūdafise azokwakwa n’ico yiyumvira kw afise. See the chapter |