Luka 7:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Simbereye no kuza aho uri ngo duhure. Ariko vuga ijambo rimwe gusa, umukozi wanje arakira. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 ni co catumye niyumvira ko bitambereye ko noza ah’ uri: ariko vuga ijambo gusa, uwo muhungu arakira. See the chapter |