Luka 7:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe49 Abandi batumire baca batangura kubazanya bati: “Mbega uwu ni nde, aho yubahuka kuvuga ko aharira abantu ivyaha?” See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)49 Maz’ abasangira na we batangura kwibaza, bat’ Uyo ni nde, kw aharira n’ivyaha? See the chapter |