Luka 7:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Kuko uwo ni we Ivyanditswe bivugako ngo: ‘Ngira ndungike intumwa yanje imbere yawe, igutegurire inzira.’ See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Uyo ni we yanditswe, ng’ Umve, ngira ntume integuza yanje imbere y’amaso yawe, Ikuroranirize inzira imbere yawe. See the chapter |