Luka 6:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko Yesu amenye ivyo biyumvira mu mitima, aca abarira wa mugabo akongataye ukuboko ati: “Haguruka uhagarare hano imbere y’ishengero!” Nuko arahaguruka, ahagarara imbere. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Na we amenya ivyo biyumvira; abarira uwo muntu anyunyutse ukuboko, ati Va hasi, uhagarare hagati. Ava hasi, arahagarara. See the chapter |