Luka 5:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Sinaje kurondera abibaza ko ari abagororotsi, ahubwo naje kurondera abazi neza ko ari abanyavyaha, kugira ngo bihane.” See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Sinaje guhamagara abagororotsi, ariko naje guhamagara abanyavyaha ngo bihane. See the chapter |