Luka 3:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Ariko Yohana amaze kwagiriza ku mugaragaro Herode Antipa icaha co kurongora Herodiya, kandi yari asanzwe ari umugore w’uwo bavukana, akavuga n’ibindi bibi vyinshi yakoze, See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 maz’ ahishutse umwami Herode ku vya Herodiya muka mwene se, no ku vy’ ibindi bibi vyose Herode yakoze, See the chapter |