Luka 3:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nuko Yohana abandanya abwira abantu Ubutumwa Bwiza burimwo amajambo menshi yo kubatera intege. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kand’ abarira abantu ubutumwa bgiza, abahanūrisha ibindi vyinshi; See the chapter |