Online Bible

- Advertisements -




Luka 3:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Kubera abantu bari biteze cane ukuza kwa Kristo, bagumye bibaza mu mitima ku vyerekeye Yohana ko yoba ari we Kristo.

See the chapter Copy

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Kand’ abantu bāri barorereye ibizoba, bose bakabūranisha imitima ngo kumbure Yohana yoba Kristo.

See the chapter Copy




Luka 3:15

Follow us:

Advertisements


Advertisements