Luka 2:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Uwo mwana arakura, arakomera, agwiza ubwenge, kandi ubuntu bw’Imana bwari kuri we. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Kand’ uno mwana arakura, agwiza inkomezi, yuzuzwa ubgenge, ubuntu bg’Imana bgari kuri we. See the chapter |