Luka 2:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Wa mumarayika aca ababwira ati: “Ntimutinye kuko ndabazaniye inkuru nziza y’umunezero mwinshi ku bantu bose. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Umumarayika arababgira, ati Nta co mutinya, umve ndababarira ubutumwa bgiza bg’akanyamuneza kenshi kazoba ku bgoko bganyu bgose. See the chapter |