Online Bible

- Advertisements -




Luka 19:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Ariko Zakayo arahaguruka, abarira Umwami Yesu ati: “Mwami, ngira mfate ica kabiri c’ivyo ntunze ndakigaburire aboro, kandi nimba hari uwo nivye, ndabimuriha incuro zine.”

See the chapter Copy

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Zakayo arahagarara, abgira Umwami Yesu, ati Rāba Mugenzi, umugabane w’itunga ryanje ngira ndawuhe aboro; kand’ umuntu wese nagunze ndabimurihe kane.

See the chapter Copy




Luka 19:8

Follow us:

Advertisements


Advertisements