Luka 18:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ndababwire ukuri, izokwihuta kubatunganiriza. Ariko none, aho Umwana w’Umuntu azogarukira, azosanga ukwizera kw’isi?” See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ndababgira yukw izorubacira vuba. Arik’ Umwana w’umuntu ni yaza, mbeg’ azosanga ukwizera mw isi? See the chapter |