Luka 16:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Maze ahamagara abo yahaye amadeni bose. Uwa mbere amubaza ati: ‘Databuja umuheraniye ibingana gute?’ See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ahamagara abāri n’imyenda ya shebuja bose umwe‐umwe, abaza uwa mbere, ati Harya databuja umufitiye ibingana iki? See the chapter |