Luka 12:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ivyo mwavugiye ahatabona bizokwumvikanira ahabona, kandi ivyo mwongoreraniye mu vyumba abantu bazobivugira hejuru ku mazu basemerera. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Nukw ivyo mwavugiye mu mwiza vyose bizokwumvikanira mu muco, n’ico mwongoreraniye mu mazu haruguru kizovugirwa ku mazu hejuru. See the chapter |