Luka 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Umusi umwe, Zakariya yariko arakora igikorwa ciwe c’ubuherezi mu ngoro y’Imana, kuko umugwi wiwe ari wo wari uramukiwe. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Maze yarikw arakora igikorwa c’ubuherezi imbere y’Imana, ukw imbu zabo zikurikirana; See the chapter |