Luka 1:58 - Bibiliya mu Kirundi coroshe58 Incuti n’ababanyi bumvise ko Umwami Imana yamugiriye ubuntu, banezeranwa na we. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)58 Ababanyi biwe n’incuti ziwe bumva yuk’ Umwami Imana yamugiriye imbabazi nyinshi, banezeranwa na we. See the chapter |