Luka 1:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Azoba uwuhambaye, kandi azokwitwa Umwana w’Iyisumbavyose. Umwami Imana azomuha intebe y’inganji ya sekuruza Dawidi, See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Azoba mukuru, azokwitwa Umwana w’Īsumba vyose, kand’ Umwami Imana azomuha intebe y’ubgami ya sekuruza Dawidi, See the chapter |