Luka 1:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Mariya aterwa ubwoba bwinshi n’ayo majambo, yibaza ico iyo ndamukanyo isigura. See the chapterBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Ariko we ahagarika umutima cane w’iryo jambo, yibaza iyo ndamukanyo iy’ ari yo. See the chapter |