Online Bibel

- Annoncer -




Yuda 1:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Naho mwari musanzwe mubizi vyose, ndashaka kubibutsa ko Umwami Imana yatabaye ubwoko bw’Abisirayeli akabukura mu gihugu ca Egiputa, ariko hanyuma yahoneje abatizeye bo muri bo.

Se kapitlet Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ndagomba kubibutsa, naho vyose musanzwe mubizi, yuk’ Umwami Imana, imaze gukirisha bga bgoko kubakūra mu gihugu ca Egiputa, hanyuma yahoneje abatizeye.

Se kapitlet Kopi




Yuda 1:5

Følg os:

Annoncer


Annoncer