Online Bibel

- Annoncer -




Yuda 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Bababwiye bati: “Mu bihe vy’iherezo hazobaho abacokoranyi bakurikira ivyipfuzo vyabo vyo kutubaha Imana.”

Se kapitlet Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 ko bābabgiye, bati Mu gihe c’iherezo hazoboneka abacokoranyi bagenda bakurikira ukwifuza kwabo kwo kutubaha Imana.

Se kapitlet Kopi




Yuda 1:18

Følg os:

Annoncer


Annoncer