Tito 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko akwiye kuba uwukunda kwakira abantu i muhira iwe, akunda kugira neza, aganza ingeso ziwe, agororoka, yejejwe kandi yirinda. Se kapitletBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 arikw abe ūkunda gutanga indāro, akunda ivyiza, adahugumba, agororoka, yera, yirinda, Se kapitlet |