Online Bibel

- Annoncer -




Luka 1:64 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

64 Ubwo nyene akanwa kiwe gaca karuguruka, ururimi ruragoboroka, aca atangura kuvuga ahimbaza Imana.

Se kapitlet Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

64 Bose baratangara. Uwo mwanya akanwa kiwe karazibūka, n’ururimi rwiwe ruragobodoka, aravuga, ashima Imana.

Se kapitlet Kopi




Luka 1:64

Følg os:

Annoncer


Annoncer