Yuda 1:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Ariko mweho, bakundwa, mwiyubake ku kwizera kwanyu kwera cane, musengere muri Mpwemu Yera, Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe20 Ariko mweho, bakundwa, mwiyubake mu kwizera kwanyu kwera cane kandi musengere muri Mpwemu Yera. Viz kapitola |