Tito 2:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 N’abatāmakazi nyene, ubabgire bagende nk’uko bibereye abera, batarementaniriza abandi, batanohorwa imitima na vino nyinshi, bigisha ivyiza, Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe3 Abatamakazi na bo ubigishe kubaho batinya Imana, kutavuga abandi nabi kandi bataboshwe no gukunda umuvinyu, ariko bigishe abandi gukora ivyiza. Viz kapitola |