15 Nawomi aravuga, ati Rāba, mugenzawe asubiye mu b’i wabo no ku mana yabo: nawe subirayo, ukurikire mugenzawe.